Kirundi

Ibiro bijejwe gukoresha ubuhinga bwa none

Ivyo biro bijejwe gushiraho urutonde ngenderwako rugenga ubuhinga bwa none mu bushikiranganji bwo kwivuna abansi hamwe no gukwirikirana abahoze ku rugamba. Burajejwe kandi gushiraho uburyo n’umurongo za mudasobwa bukorerako .Ivyo biro kandi nivyo butunganya ico gisata mu kurondera abakozi  bakoresha za mudasobwa. Ivyo biro birafasha ibiro bikuru vya gisirikare hamwe n’ibiro bikukira ubwo bushikiranganji mugukoresha hamwe no gutunganya neza ivyo bikoresho vya  mudasobwa. Ivyo biro kandi birajejwe gutanga ibiranga ivyo bikoresho mudasobwa bikenewe mu rwego rwa gisirikare hamwe no gushiraho kandi ubuhinga bugezweho muvyo kumenyesha amakuru babifashijemwo n’ibindi bisata bibijejwe.

Nous contacter  

MINISTERE DE LA DEFENSE NATIONALE ET DES ANCIENS COMBATTANTS
Address: Avenue Pierre NGENDANDUMWE
Tel: +(257) 22 225566
Fax: +(257) 22 253215
Email: contact@mdnac.bi
Site Web: http://www.mdnac.bi