Kirundi

Intumbero y’ubushikiranganji bwo kuwivuana Abansi n’abahoze ku rugamba

Ubushikiranganji bwo kwivuna abansi n’abahoze ku rugamba bushinzwe gutegura no kurangura imigambi yo gukingira igihugu.Bubikora mu gukingira ubwigenge bw’igihugu, no gukingira abanyagihugu n’ivyabo.Ubushikiranganji kandi bwitayeho gukomeza urwego rwagisirikare kugira rwame rushimisha uburund in’amakungu.

Nous contacter  

MINISTERE DE LA DEFENSE NATIONALE ET DES ANCIENS COMBATTANTS
Address: Avenue Pierre NGENDANDUMWE
Tel: +(257) 22 225566
Fax: +(257) 22 253215
Email: contact@mdnac.bi
Site Web: http://www.mdnac.bi