Kirundi

Sentare y’intango ya gisirikare

Iyo Sentare ni bwo bwonyene butungane bw’intango kuri ubu butaka bw’Uburundi, ifise ubushobozi bwo gucira imanza abasirikare b’igihugu guhera kubafise ipete ringana canke riri munsi rya kapiteni (kuva k’umusirikare mutoya gushika k’Untwazangabo ifise ipete rya kapiteni).

Nous contacter  

MINISTERE DE LA DEFENSE NATIONALE ET DES ANCIENS COMBATTANTS
Address: Avenue Pierre NGENDANDUMWE
Tel: +(257) 22 225566
Fax: +(257) 22 253215
Email: contact@mdnac.bi
Site Web: http://www.mdnac.bi