Kirundi

UBURONGOZI BUJEJWE IVY’INDEGE.

1. Ibisata biri muri ubwo burongozi  ni ibi  bikwirikira :

  • Igisata kijejwe indege ntonto z’ingwano;
  • Igisata  kijejwe indege  nini;
  • Igisata kijejwe  kuraba ko indege zimeze neza;
  • Ishure ryo kwigisha ubuhinga bujanye n’indege;
  • Ikambi igwanira hasi ariko  iraba n’ivyo mu kirere.

2. Intumbero y’ubwo burongozi

  • Gushira mu ngiro ingingo zafashwe n’umukuru w’ibiro bikuru  vy’Intwaramiheto;
  • Gutwara  no kugenzura amakambi  bujejwe; 
  • Gucungera ikirere kiri kur’ubwo butaka;
  • Kugenzura neza ibikorwa  muri ubwo burongozi;
  • Gufasha   mu ngwano ingabo zigwanira  hasi hamwe no mu mazi.

 

 

Nous contacter  

MINISTERE DE LA DEFENSE NATIONALE ET DES ANCIENS COMBATTANTS
Address: Avenue Pierre NGENDANDUMWE
Tel: +(257) 22 225566
Fax: +(257) 22 253215
Email: contact@mdnac.bi
Site Web: http://www.mdnac.bi