Kirundi

UBUYOBOZI BUKURU BUJEJWE GUTUNGANIRIZA ABAHOZE KU RUGAMBA

Ubwo buyobozi bujejwe gushira mu ngiro intumbero y’Ubushikiranganji kuvyerekeye abahoze ku rugamba, gukurikirana ibikorwa bijanye n’abahoze ku rugamba. Burajejwe kandi guhimiriza, gutunganya no kubashira  mu bikorwa vy’iterambere. Vyongeye, ubwo buyobozi bujejwe gutunganiriza abahoze ku rugamba, gushiraho politike yo kubakwirikirana , kubahimiriza kuja mu mashirahamwe no kubaterera ivyobunganira kuvyerekeye ibikoresho n’ubuhinga. Bitayeko, ico gisata kijejwe kuremesha abahoze ku rugamba hamwe no kubatera intege ngo babe intumwa z’amahoro no gukundisha igihugu hamwe no gutunganya inyigisho ku bahoze ku rugamba.

Nous contacter  

MINISTERE DE LA DEFENSE NATIONALE ET DES ANCIENS COMBATTANTS
Address: Avenue Pierre NGENDANDUMWE
Tel: +(257) 22 225566
Fax: +(257) 22 253215
Email: contact@mdnac.bi
Site Web: http://www.mdnac.bi