Kirundi

UBUYOBOZI BUKURU BUJEJWE GUTUNGANYA IVY’UBUTUNZI

Ubwo buyobozi bujejwe gutegura politike y’itunganywa ry’ubutunzi uko  umwaka utashe  bufatiye kubikenewe , gushiraho no gutunganya ubutunzi bw’Ubushikiranganji bwo kwivuna abansi no kwitaho abahoze ku rugamba. Vyongeye, ubwo buyobozi bujejwe gushigikira amakambi n’ibikorwa vyo mu biro bikuru vyo kwivuna abansi , gutegura politike ijanye n’amagara meza   kubakozi bari muri urwo rwego. Bitayeko,ubwo buyobozi bujejwe gushira mungiro politike yo gufashanya no  kwinjiza ibikoresho vya gisirikare hamwe no kuraba ishirwa mu ngiro ry’amasoko y’ibikoresho vy’ingwano bifatanije n’umugwi uraba amasoko.

Nous contacter  

MINISTERE DE LA DEFENSE NATIONALE ET DES ANCIENS COMBATTANTS
Address: Avenue Pierre NGENDANDUMWE
Tel: +(257) 22 225566
Fax: +(257) 22 253215
Email: contact@mdnac.bi
Site Web: http://www.mdnac.bi